Frobits
🎵 A song made on Frobits

Amashimwe: A Testimony of Grace (Remix)

0:000:00
Download
Make your own song
Lyrics

[male vocals] Oh,

Mana

wanje,

nuhabwicubahira

Ushimwe,

yesu,

nuhabwicubahira

Mana

uhoraho

wamyeho,

kera

n'ubu

ukiri

wawundi

nyene

Imbere

ya

vyose

ndisabiye

imbabazi,

kuko

ntera

imbere

yawe

Wambereye

uruzitiro

rukomeye

cane,

kuva

itariki 8

ukwezi

kwambere 2017

Ntabwo

waretse

ko

umwansi

andotsa,

unkingira

ko

ntonze

kubitaro

Amashimwe

ni

ayawe,

Mana

yanje

nuhabwicubahira

Urabikwiye,

Mana

yanje

nuhabwicubahira

Isi

yose

nimenye,

ko

wakoze

ibihebuje

Amen,

amen,

icubahiro

nicawe

Hejuru

y'ivyo

ucawongerako

urukundo

ruhebuje

Mukumpa

umufasha

rumara,

andutira

abagore

bose

b'isi

Ambera

umuhanuzi

atari

umunuranuzi

Umunyabwenge

atarumuke

habwenge

Amashimwe

ni

ayawe,

Mana

yanje

nuhabwicubahira

Urabikwiye,

Mana

yanje

nuhabwicubahira

Isi

yose

nimenye,

ko

wakoze

ibihebuje

Amen,

amen,

icubahiro

nicawe

Nta

wutogushima

Mana,

kuvyiza

nk'ivyo

wakoze

Wambereye

vyose,

wambereye

amagara

Nkugize

umwami

w'isi

yose,

unkingiye

ibibi

Glory,

glory,

nuhabwicubahira

Amashimwe,

Amashimwe

yawe

Mana

Ntakintu

na

kimwe

kiguhwanya

Ubwiza

bwawe

buraganza,

isi

yose

irabibona

Turaguhimbaje,

twese

turaguhamagaye

Amashimwe

ni

ayawe,

Mana

yanje

nuhabwicubahira

Urabikwiye,

Mana

yanje

nuhabwicubahira

Isi

yose

nimenye,

ko

wakoze

ibihebuje

Amen,

amen,

icubahiro

nicawe

Ushimwe,

Mana

warakoze,

icubahiro

nicawe

Amen,

amen,

nuhabwicubahira

Isi

yose

nimenye,

wakoze

ibihebuje

Amen,

Amen,

Amen.

More songs by Mungu Listen to songs created by others
FROBITS